{"id":1211,"date":"2021-09-13T17:30:12","date_gmt":"2021-09-13T15:30:12","guid":{"rendered":"http:\/\/finances.gov.bi\/?p=1211"},"modified":"2021-09-13T17:30:14","modified_gmt":"2021-09-13T15:30:14","slug":"uburyo-igihugu-gifise-uko-bungana-kwose-bushobora-gukora-vyinshi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/2021\/09\/13\/uburyo-igihugu-gifise-uko-bungana-kwose-bushobora-gukora-vyinshi\/","title":{"rendered":"Uburyo Igihugu gifise uko bungana kwose bushobora gukora vyinshi."},"content":{"rendered":"\n<p>Nyakubahwa Umushikiranganji ajejwe Ikigega ca Reta no Gutunganya Ubutunzi bw\u2019Igihugu ariko arashikiriza inyigisho mu mwiherero watunganirijwe&nbsp; abasanzwe begwa n\u2019ikoreshwa ry\u2019ubutunzi bw\u2019igihugu bahurikiye mu bushikiranganji butandukanye eka mbere no mu nzego zikukira ubushikiranganji hamwe n\u2019inzego nkuru z\u2019igihugu.<\/p>\n\n\n\n<p>Uwo mwiherero utegekanijwe kuva kuri uyu wambere igenekerezo rya 13 Nyakanga gushika kw\u2019igenekerezo rya 14 Nyakanga 2021, mu ntara ya Ngozi, Hotel des Plateaux ukaba watunganijwe mu ntumbero yo guhimiriza gukoresha neza amafaranga ya Reta muri uyu mwaka wa 2021\/2022 hamwe no kwibukanya ivyagoranye mu mwaka wa 2020\/2021 maze haenyeshwe&nbsp; ingingo zibereye zigiye kwisungwa muri uyu mwaka wa 2021\/2022.<\/p>\n\n\n\n<p>Abitavye uwo mwiherero watangujwe icese kw\u2019igenekerezo rya 13 Nyakanga 2021&nbsp; bakaba basabwe gukurikirana ikoreshwa ry\u2019amafaranga ahabwa ubushikiranganji eka n\u2019ibisata bikukira ubushikiranganji kugira ngo umwe wese mu gisata arimwo abe ijisho eka mbere afate n\u2019iya mbere mu guhimiriza ikoreshwa ribereye ry\u2019uburyo bwa Reta. Kukaba nkako, bamenyeshejwe ko uburyo igihugu gifise, uko bungana kwose bushobora gukora vyinshi, na cane cane mwirangurwa ry\u2019imigambi y\u2019iterambere hisunzwe ibikorwa biza imbere y\u2019ibindi kandi vyatanzwe mu nteguro y\u2019ibizorangurwa ku mwaka.<\/p>\n\n\n\n<p>Abitavye uwo mwiherero baronse akaryo go guhanahana ivyiyumviro, ko kubaza akababakiye na cane cane ko gusaba ngo igikorwa nk\u2019iki came gitunganywa uko umwaka w\u2019amafaranga utanguye.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Nyakubahwa Umushikiranganji ajejwe Ikigega ca Reta no Gutunganya Ubutunzi bw\u2019Igihugu ariko arashikiriza inyigisho mu mwiherero watunganirijwe&nbsp; abasanzwe begwa n\u2019ikoreshwa ry\u2019ubutunzi<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":1212,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":[],"categories":[2],"tags":[],"post_folder":[],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1211"}],"collection":[{"href":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1211"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1211\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1213,"href":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1211\/revisions\/1213"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media\/1212"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1211"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1211"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1211"},{"taxonomy":"post_folder","embeddable":true,"href":"https:\/\/finances.gov.bi\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/post_folder?post=1211"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}